<<@yolo._96
says :
Ngwabenengwe barahonye😂😂😂
>>
<<@yolo._96
says :
CVR birazwi kwari ya cnddfdd,yagiyeho kuremeka amabi yose yabayeho mu Burundi ku batutsi.Uyo Aloys nawe numu extremiste hutu nta jambo ryiwe duha agaciro.Il crache son venin partout où il peut. Cndd-fdd ubwayo yakoze ubwicanyi bwa macakubiri yoza gukora amatohoza kuri kahise ku Burundi🤡
>>
<<@Larisa-w5f
says :
Non ndabaza ko vyabay nababikoz ngira atanumwe asigaj na 15ans kwiy si! Bizungura iki kugwaruk rur gukura ubu rutazi no kwitezimbere koko, musha abuzukuru babo bahenzwe bakicana bazosubire kwihoranira? Bamufira ubwenge kugihe raba ibiraje ishinga uburundi nabarundi, sinabaz ko ivyo bizotugirira akamaro twe tutari banavuke
>>
<<@Nyaburunga
says :
Umwansi w'Abarundi ni leta n'ububasha nta ngere bwo kwica n'ugukiza ihereza abayigize. Ubwo bubasha ni bwo butuma abayirimwo bakora ihonyabwoko mu ntumbero yo kwitsimbataza ku butegetsi n'abatayirimwo bakora rya honyabwoko nyene kuko bipfuza bwa butegetsi bwa leta butanga ububasha buzira imbibe. Ico Abarundi tugomba gukora ni ukwiga uburyo leta tuyishira ku kiziriko kijishe neza ku buryo izokoreshwa mu nyungu z'abanyagihugu apana ko ibandanya ikoresha abanyagihugu mu nyungu zayo nk'uko bimeze ubu n'uko vyari bimeze muri kahise kavuzwe muri ico kiganiro. Abatware bacu dukwiye kubaha ububasha buke bushoboka butuma inzego za ngombwa z'igihugu zikora ahasigaye twebwe abanyagihugu bakatwihera amahoro tukiteza imbere tutabangamiranye tukanahabwa n'icubahiro dukwiriye kuko igihugu ni icacu turi ba nyeneco ubutegetsi bwa cami bwaracitse mu Burundi n'aho abategetsi bacitwara nk'abaganwa mu gihugu.
>>
<<@Nyaburunga
says :
Commentaire zonyene ziri kuri kino kiganiro zerekana ko kano kahise k'intambara z'amoko gahora kazurwa kandi kari akoboze gakwiye guhambwa mu kuzimu kure gushoboka kuko amaherezo nivyabandanya uko ingwe izosubira itwinjirane mu ruhongore dusubiranemwo dupfa amoko kandi ico kibazo kitari kikituraje ishinga muri bino bihe vya none. Ivyo bintu vyo kwagirizanya ihonyabwoko mubirekere Abayahudi n'Abanyanamibiya kuko Abadagi bagirizwa gukora iryo honyabwoko bafise igihugu cabo babamwo, Abayahudi bafise igihugu cabo n'Abanyanamibiya bafise icabo. Abahutu n'Abatutsi dusangiye igihugu, intara zacu ni zimwe n'imihana yacu ingo zirakoranako. Nitwabandanya turabana ay'ingwe twagirizanya ngo ba naka baratumaze mubona iki gihugu cacu tuzokibanamwo koko? Mubona iciyumviro c'Uburundi nk'igihugu kizoba kigishoboka? Mubona Uburundi buzokwizigama n'imiburiburi iyindi myaka 500 nk'iyo busanzwe bufise? Mubona amaherezo ibihugu duhana imbibe bitazogabangana igihugu cacu bicigarurire kuko amaherezo bizoba vyabonye ko igihugu cacu kidashoboka kuko beneco badashoboye kukibanamwo mu mahoro? Mu Kirundi barayamaze ngo “Intibagira ntibana”. Ibi bintu ni tutarya imitima amenyo tubishire inyuma yacu ubundi twibande kuri kazoza turondere amajambere igihugu cacu kizokwama gisuzuguritse mu mahanga uko bimeze ubu, Abarundi bazokomeza kuba impunzi z'agahoraho.
>>
<<@user-nk3ue2cs4k
says :
@ShineClean-cm7ck cane gwose, you cannot participate into bringing peace within the communities
>>
<<@BoaseMukeshimana-dj9uj
says :
Hama uyo mugabo ngayumpenda arazi ico arico génocide Ubwo se wishe incabwenge z'abahutu ukazimara abasigaye batize bo bica bigenda gute? Badakoreshejwe imirimo y'agahato baricwa bisigura ko rero ari génocide
>>
<<@user-nk3ue2cs4k
says :
Pourquoi le tutsi provoque une guerre pour jouer la victime alors qu'il décimé des gens sous appartenance ethnique.???
>>
<<@user-nk3ue2cs4k
says :
Ihonyabwoko ryarabaye i Burundi. Pas de justification ni explication le groupuscule tutsi s'est permis d'exterminer une communauté. Le reste n'a plus d'importance.
>>
<<@IgiranezaQuentinlory
says :
Nta datation carbone 40 bagize ewe CVL Vous me décevez
>>
<<@Makakulaya
says :
Umunyamakuru ico namukundiye ari impartial kandi aha abatumirwa umwanya uhagije akaba nohagati.nkibi murwanda ntibishobora kuba.ikindi abatumirwa barubahana nubwo NGAYIMPENDA yabaye professeur wuwo mutumirwa wundi.gusa NGAYIMPENDA biragaragarako azi gusigura neza afatiye nokubimenyetso umuntu yofatiraho.nubwo ndumuhutu NGAYIMPENDA yasiguye neza
>>
<<@Jirhley
says :
None nkuyo kwitwa professeur ari ikigoryi nkuko
>>
<<@kagabomankero2160
says :
Uyo mugabo Ngayimpenda ari mubabiteguye.
>>
<<@HAVYARIMANARenaud
says :
Protocole de minesota .
>>
<<@HAVYARIMANARenaud
says :
Cardinal Lavigerie niwe yobibazwa n'abarussia ntirubamba yohani na mgr grauls .
>>
<<@HAVYARIMANARenaud
says :
Mgr perraudin na col guy logiest .
>>
<<@HAVYARIMANARenaud
says :
Tract zateguwe kera .
>>
<<@HAVYARIMANARenaud
says :
Kibuye na cubwa 😂😂😂😂
>>
<<@andrentahiraja6852
says :
Uwo mushingantahe Ngayimpenda.ntakwiye kudukora munkovu. Muntara y'i Bururi, abatwawe bakurwa kumitumba, bashorerwa bicishwa imigano kubiro vya komine Songa. Ibinogo birahari.
>>
<<@desiresabokwigura751
says :
Na papa yacitse kwicumu baza bamufashe
>>
<<@victorntakirutimana3535
says :
none vyukuri,nkubu bagutumye umuhutu ukazana,Mukasi sinirirwe ndavuga abandi woba utoye neza?
>>
<<@Godson-e4h
says :
Professeur Ngayimpenda, Imana Ikubabarire! Iguhe kumenya ihonyabwoko ico arico, kuko ntaco uramenya! Ko wiyemerera yuko hishwe incabwenge, none harapfuye n' iz' abatutsi? K' urugero rungama gute? Kubera iki? Hanyuma abo wigisha, ntiwumva ko ari ingaruzwabwenge(burya ubundi) bwawe?
>>
<<@ndayizigajeanclaudejafari6677
says :
Commander wa BSL 🇧🇮 captain sebitita Yar’umunyarwanda Nabandi benshi tutavuze
>>
<<@SergesNduwimana-dy1ch
says :
Ivyo bavyita agasamazanyo, ivyo bifasha iki kubijanye niterambeere. Mwebwe muguma muzura akaboze. Nimurabe Imbere ivyaheze, nimba ata leçon birabaha. ICO mbona nuko izo génération zishaje zirakwiye guhera zose kuko nibo baguma bazura akaboze.
>>
<<@AmandaMonia
says :
Umwami w'Urwanda yahungiye mu Burundi yitwa Rudahigwa. Ntiyitwa Kigeri.
>>
<<@pice-marcntigahera2621
says :
Ihonya bwoko mu Burundi ryarabaye, ni génocide yemewe kuva kera!? Kandi iyo génocide yahitanye abarundi barenga umulioni n'igice!? Abo bavuga ko ari 300. 000 gusa, si vyo n' agato!? Kubona Leta y'Uburundi iti nza ico kibazo ca génocide, ntivyumvikana nagato!?
>>
<<@patricknsabimana8527
says :
BATUNGWANAYO,ikintu uvuze uti:"abantu bunvikana,bafatanye munda ntawubacamwo.niba abarundi baricanye,uruhara rwambere ni urwacu."ndaguhaye amashi. Ehe raba n,ubu birabandanya kandi tubizi. None nk,ibiherutse vuba ngaha iwacu twovuga ngo ni abandi? Twemere akabi kacu,twigarure,tuve ibuzimu dusubire ibuntu.
>>
<<@TwagirayezuPascal-z9l
says :
Nibyo cane gose hari abarundi bokoze ihonyabwoko mu rwanda
>>
<<@gastonmodestkaziri2566
says :
Congratulations Mr. Batungwanayo (PhD candidate) for being honest and putting on the table well informed presentation on the question of Hutu-Tusti relations in both countries of Burundi and Rwanda. You too have made a point in asserting that Rwanda and Burundi will continue to be neighbours come what may be and that there should be corrective political and social justice to the masses of Burundians and Rwandese irrespective of their ethnic composition to enjoy life in either part of the country since they share not only culture but also are natives and relatives to each other. It was sad to note that Professor Ngayimpenda with his "deep" historical knowledge never mentioned any thing relating to "Hutu-Tutsi" good relationship! Amaizing for a learned fellow like him!
>>
<<@gastonmodestkaziri2566
says :
I think this Professor is one of the ill informed intellectual person! How can he say that there were no intentional killings of Hutus in 1972? Very hopeless indeed.
>>
<<@ngundachris7598
says :
Uyo ngo ni umwigisha afovya ihonyabwoko ryakorewe abahutu kandi vyabaye araba kandi aciye ubwenge. Ahubwo arakwiye kwerekana ibinogo vyiciwemo imiryango yacu.
>>
<<@jeanbosconicintije739
says :
None nkaho uvuga zamvugo zo guhengama gutyo kaminuza yayimariye iki ? Yatubije benshi mukubima ukuri
>>
<<@TonyBradley2012
says :
Mu Rwanda habaye genocide y' Abanyarwanda hapana iy' Abatutsi.
>>
<<@arkbig8203
says :
Ngayimpenda si ukubesha ni ukwikura ibutura. Uwo mwigisha Ngayimpenda ni umuhakanyi w'ihonyabwoko ryagiriwe Abahutu. Ivyo birazwi. Turindire itegeko rihana bene abo bantu.
>>
<<@flaviakezimana4596
says :
None abomuri ONU nibo bazi ivyabaye kurusha abarundi vyabayeko?
>>
<<@SeukPiri
says :
Izo ncabwenke avuga zari inke😮nde canke zari inguge uburyo batagira ubwoko baturukamwo uyu mugabo yarakwiye gutwagwa mubitaro bakaraba kwatarwaye mumutwe😢😢😢😢😢😢😢
>>
<<@isidorinsabimana410
says :
Uwundi musi niba garuka kuri RTNB muze mubabaze imiryango bakomokamwo bose urakoze D.
>>
<<@ernestmbanzendore1219
says :
Uwo mugabo Ngayimpenda, si uko ari umwigisha w'amacakuniri, ninumu negationiste notoire. Mbe kuba ari umwigisha, abo yigishije yoba atarabahaye uburozi, aho kubaha ubwenge
>>
<<@GilbertNiyonzima-jp5fk
says :
Uyo mu Professeur yigisha akahise jewe ndumva kwatigisha ahubwo abiba urwanko mwishuri kuko ivyo yigisha ntakuri kurimwo
>>
<<@GilbertNiyonzima-jp5fk
says :
Kuberiki batemera ihonyabwoko ryabahutu nuko bazi ko bazobibazwa nicogituma batavyemera kwemera Ko bishe incabwenge gusa wewe wumviki utahuriki icowanka mukabana numufutu ndashimiye umumenyeshamakuru ukuntu arikubabaza murakoze
>>
<<@novatidamian7236
says :
Aho hantu mwatwenze iki!!??? Ko mutabitubwiye mgonatwe tumvyumve?
>>
<<@novatidamian7236
says :
Ngayimoenda afovya ihonyabwoko ryakorewe abahutu azobiryozwe
>>
<<@novatidamian7236
says :
Iyimbwa yu muhima ngo ni professor inyuma yibi inyuma yukwemeza iri honya woko ryakorewe abahutu azobihanirwe kuko abigirankana agahakana ivyazi bakoze babikoranye ubugime bukabije
>>
<<@novatidamian7236
says :
Nkuyu muhimbiri ngo professor!!!! Yigisha iki????
>>
<<@melchiadehishakiye8639
says :
Tube twiyemera .muraziko urwanda rwanka uburundi kuki uburorero mukunda gutanga muvuga cane urwanda ??kandi mubisata vyose.twisubireko dukure ijambo urwanda mukanwa kuko uguma uvuga umuntu uba uriko umwamamaza.murakoze
>>
<<@anicetnsabiyunva8235
says :
Mu burundi hari democracie aho hakurya mu rwanda ikiganiro nkico ntigishoboka guca kuri television yigihugu
>>
NEXT VIDEO
>>