<<@SheikhIkhlaq-z1d says : Nashitse kuri air port y'uburundi nje kubwoguteza imbere ibi nabiriya ariko nciye mugisata ca OBR harya kuri Air port amparurire uko ndiha ,basha n'abarindiriye baheze kwiterera inkuru mubiro ,kandi nje kuriha ariko mbwigwa n'umuntu ari hanze yibiro yuko nshaka ko banyarukirize mbanze ntange agafaranga kugira banyarukiriza kandi ba mparurire neza, aeroport ico gisata naco mugikurikirane neza, kuko ruswa ira kaka caane harya>> <<@FrankeIgiraneza says : Mukomere cane>> <<@OgGBhgkk says : Komera titane kotwotera imberbe kiki Samuel ari séries kbs>> <<@isaacvtv547 says : Babimenye neza ko abarundi bafise incuti nyinshi muri Tanzania. Rero hamwe bobihinyanyura vyoba vyiza.>> <<@consolatewagner8681 says : Wow! Imana ihezagire Uburundi! Ndabumva, ndabumva!>> <<@papiennekataye8049 says : President Diaspora, tukuri inyuma.>> <<@theafricanhauler3396 says : 😊❤ 🎩>> <<@kevinnizigiyimanamajeste8733 says : Uwo munyamakuru ntamwuga azi mbona yotanga imihoho... Il est vraiment incompetent.... Kamdi har abandi baba babishoboye . mbona bomusimbuza uwundi mubiganiro nkibi....>> <<@user-di3uz4gh5j says : Imana ikomeze gucira inzira Uburundi & Africa kwa ujumla.>> <<@user-di3uz4gh5j says : Service zidafudutse, ibiturire, n’ukwihagira amatungo abantu batabiriye akuya, nivyo vyishe ubuzima bw’abarundi bari mugihugu n’abarihanze y’igihugu.>> <<@user-di3uz4gh5j says : Iterambere ntirizoshoboka mugihe abakuru n’abato badahinduye ingendo!>> <<@user-di3uz4gh5j says : Ego kabisa, burya uko umuntu akura, niko aca ubwenge!>> <<@Nkotanyi1990 says : Bakosore Gufata Dossier Igacya Kubantu 7 Kugirango Bayiheze Oyaaaa Dossier Icya Kubantu 10 Gute ??>> <<@NdayisengaRashid says : Adb. Ihagarariwe. Numuabo p. Bosebomerankuwo. Vyomeranezaaaaa>> <<@NdayisengaRashid says : Barundi. Murihanze. Nimubehamwe mwubakeigihugucnyu. Korakazi>> <<@dafrozanahimana says : Nukuri muhindure service ziburundi ziragoye akarorero kuri paf utonda imisibiri itatu guhera mugitondo gushika kumugoroba ugataha batayiguhaye nukuri ntivyoroshe>> <<@cedrickbudrick5679 says : Muze nomuri zambia turabarindiriye>> <<@bizomenyimanaelias5455 says : ikiganiro ciza cane hama.president wa diaspora aduhe numero yiwe kugira tugize ibibazo duhura navyo>> <<@JulyNumugabo says : N'uko ama service ya leta mu Burundi ari very slow bigaca bitera ibiturire biba vyinshi. Amanyanga ari muma service ya reta mu Burundi arateye ubwoba.>> <<@JulyNumugabo says : Vyoba vyiza yuko tubona Diaspora ihuriyemwo bose ata macakubiri arimwo.>> <<@JulyNumugabo says : Mbega uwobaza uyo utwaye Diaspora arafise database y'abarundi baba muri USA, Canada, Australie hamwe na Europe>> <<@EricIrakoze-s7b says : Nukuri services sa leta zirateba cane gose>> <<@habonimanajonathan9205 says : Samuel urimvuga kuri nukuri bahindure barker ivyo gufumbatisha puu birishe igihugu bigenzuko twese turiteguye gukora>> <<@nduwaemma8588 says : Vrmt guhindura ingendo nico cambere kuko nibenshi bashaka gukorera mugihugu ariko kuzembagizwa mana mana bihagarare kabisa nka conteur yumuyagankuba ndayihize amezi abaye atanu bambariye kwatazihari ariko haruwayirondey inyuma yanje yamaze indwi zibiri baca barayimuha ndibaza none baga ibi nibiki?buri kantu nimpaka dusorore harigihe ndibaza ko ntarumurundi pe>>
VideoPro
>>