<<@philippendikumana8073
says :
C'est vraiment honteux 🤔
>>
<<@ndayakila
says :
Abahinga ba RTNB barakwiye gukarishizwa ubwenge. Cane cane abajejwe amasanamu.
>>
<<@ndarishikijejeandedieu8860
says :
Murateye isoni kumakuru adatumbereye mudushikiriza nimba mudafita aba auditors bayungurura bakongera bagatondekesha amakuru neza nimuhebe gushira amakuru kuri YouTube
>>
<<@estherchou2899
says :
Rtnb, vous nous faites honte! Abenegihugu tuba hanze aha niho dukura amakuru yizewe muraraba mwikebuke mubuhinga ntakigenda kuko nikenshi vyanka kabisa
>>
<<@anicetnsabiyunva8235
says :
Muratumaramaje pe
>>
<<@NiyimubonaJmarie
says :
Kweri Uno munsi vyanse
>>
<<@EliezerNiyonkuru
says :
Mwiriwe neza, iyi video yagize ikibazo muma foto kukwirabwa n'abantu benshi boshirako iyiteguye neza
>>
NEXT VIDEO
>>