TV
IHONYABWOKO MU BURUNDI MU 1972
IHONYABWOKO MU BURUNDI MU 1972
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

LATEST COMMENTS

@yolo._96 Says:
Ngwabenengwe barahonye😂😂😂
@user-qs1dn1id5k Says:
Non ndabaza ko vyabay nababikoz ngira atanumwe asigaj na 15ans kwiy si! Bizungura iki kugwaruk rur gukura ubu rutazi no kwitezimbere koko, musha abuzukuru babo bahenzwe bakicana bazosubire kwihoranira? Bamufira ubwenge kugihe raba ibiraje ishinga uburundi nabarundi, sinabaz ko ivyo bizotugirira akamaro twe tutari banavuke
@axelbennyshirukanya1046 Says:
Umwansi w'Abarundi ni leta n'ububasha nta ngere bwo kwica n'ugukiza ihereza abayigize. Ubwo bubasha ni bwo butuma abayirimwo bakora ihonyabwoko mu ntumbero yo kwitsimbataza ku butegetsi n'abatayirimwo bakora rya honyabwoko nyene kuko bipfuza bwa butegetsi bwa leta butanga ububasha buzira imbibe. Ico Abarundi tugomba gukora ni ukwiga uburyo leta tuyishira ku kiziriko kijishe neza ku buryo izokoreshwa mu nyungu z'abanyagihugu apana ko ibandanya ikoresha abanyagihugu mu nyungu zayo nk'uko bimeze ubu n'uko vyari bimeze muri kahise kavuzwe muri ico kiganiro. Abatware bacu dukwiye kubaha ububasha buke bushoboka butuma inzego za ngombwa z'igihugu zikora ahasigaye twebwe abanyagihugu bakatwihera amahoro tukiteza imbere tutabangamiranye tukanahabwa n'icubahiro dukwiriye kuko igihugu ni icacu turi ba nyeneco ubutegetsi bwa cami bwaracitse mu Burundi n'aho abategetsi bacitwara nk'abaganwa mu gihugu.
@user-nk3ue2cs4k Says:
​@ShineClean-cm7ck cane gwose, you cannot participate into bringing peace within the communities
@BoaseMukeshimana-dj9uj Says:
Hama uyo mugabo ngayumpenda arazi ico arico génocide Ubwo se wishe incabwenge z'abahutu ukazimara abasigaye batize bo bica bigenda gute? Badakoreshejwe imirimo y'agahato baricwa bisigura ko rero ari génocide
@IgiranezaQuentinlory Says:
Nta datation carbone 40 bagize ewe CVL Vous me décevez
@SAUTIYAMANKA Says:
Umunyamakuru ico namukundiye ari impartial kandi aha abatumirwa umwanya uhagije akaba nohagati.nkibi murwanda ntibishobora kuba.ikindi abatumirwa barubahana nubwo NGAYIMPENDA yabaye professeur wuwo mutumirwa wundi.gusa NGAYIMPENDA biragaragarako azi gusigura neza afatiye nokubimenyetso umuntu yofatiraho.nubwo ndumuhutu NGAYIMPENDA yasiguye neza
@Jirhley Says:
None nkuyo kwitwa professeur ari ikigoryi nkuko
@kagabomankero2160 Says:
Uyo mugabo Ngayimpenda ari mubabiteguye.
@user-ny7dm1qb7r Says:
Protocole de minesota .
@user-ny7dm1qb7r Says:
Cardinal Lavigerie niwe yobibazwa n'abarussia ntirubamba yohani na mgr grauls .
@user-ny7dm1qb7r Says:
Mgr perraudin na col guy logiest .
@user-ny7dm1qb7r Says:
Tract zateguwe kera .
@user-ny7dm1qb7r Says:
Kibuye na cubwa 😂😂😂😂
@andrentahiraja6852 Says:
Uwo mushingantahe Ngayimpenda.ntakwiye kudukora munkovu. Muntara y'i Bururi, abatwawe bakurwa kumitumba, bashorerwa bicishwa imigano kubiro vya komine Songa. Ibinogo birahari.
@desiresabokwigura751 Says:
Na papa yacitse kwicumu baza bamufashe
@ndayizigajeanclaudejafari6677 Says:
Commander wa BSL 🇧🇮 captain sebitita Yar’umunyarwanda Nabandi benshi tutavuze
@SergesNduwimana-dy1ch Says:
Ivyo bavyita agasamazanyo, ivyo bifasha iki kubijanye niterambeere. Mwebwe muguma muzura akaboze. Nimurabe Imbere ivyaheze, nimba ata leçon birabaha. ICO mbona nuko izo génération zishaje zirakwiye guhera zose kuko nibo baguma bazura akaboze.
@AmandaMonia Says:
Umwami w'Urwanda yahungiye mu Burundi yitwa Rudahigwa. Ntiyitwa Kigeri.
@pice-marcntigahera2621 Says:
Ihonya bwoko mu Burundi ryarabaye, ni génocide yemewe kuva kera!? Kandi iyo génocide yahitanye abarundi barenga umulioni n'igice!? Abo bavuga ko ari 300. 000 gusa, si vyo n' agato!? Kubona Leta y'Uburundi iti nza ico kibazo ca génocide, ntivyumvikana nagato!?
@patricknsabimana8527 Says:
BATUNGWANAYO,ikintu uvuze uti:"abantu bunvikana,bafatanye munda ntawubacamwo.niba abarundi baricanye,uruhara rwambere ni urwacu."ndaguhaye amashi. Ehe raba n,ubu birabandanya kandi tubizi. None nk,ibiherutse vuba ngaha iwacu twovuga ngo ni abandi? Twemere akabi kacu,twigarure,tuve ibuzimu dusubire ibuntu.
@user-wx8ig1hn7m Says:
Nibyo cane gose hari abarundi bokoze ihonyabwoko mu rwanda
@gastonmodestkaziri2566 Says:
Congratulations Mr. Batungwanayo (PhD candidate) for being honest and putting on the table well informed presentation on the question of Hutu-Tusti relations in both countries of Burundi and Rwanda. You too have made a point in asserting that Rwanda and Burundi will continue to be neighbours come what may be and that there should be corrective political and social justice to the masses of Burundians and Rwandese irrespective of their ethnic composition to enjoy life in either part of the country since they share not only culture but also are natives and relatives to each other. It was sad to note that Professor Ngayimpenda with his "deep" historical knowledge never mentioned any thing relating to "Hutu-Tutsi" good relationship! Amaizing for a learned fellow like him!
@gastonmodestkaziri2566 Says:
I think this Professor is one of the ill informed intellectual person! How can he say that there were no intentional killings of Hutus in 1972? Very hopeless indeed.
@jeanbosconicintije739 Says:
None nkaho uvuga zamvugo zo guhengama gutyo kaminuza yayimariye iki ? Yatubije benshi mukubima ukuri
@flaviakezimana4596 Says:
None abomuri ONU nibo bazi ivyabaye kurusha abarundi vyabayeko?
@user-gq1qd5cg1t Says:
Izo ncabwenke avuga zari inke😮nde canke zari inguge uburyo batagira ubwoko baturukamwo uyu mugabo yarakwiye gutwagwa mubitaro bakaraba kwatarwaye mumutwe😢😢😢😢😢😢😢
@isidorinsabimana410 Says:
Uwundi musi niba garuka kuri RTNB muze mubabaze imiryango bakomokamwo bose urakoze D.
@ernestmbanzendore1219 Says:
Uwo mugabo Ngayimpenda, si uko ari umwigisha w'amacakuniri, ninumu negationiste notoire. Mbe kuba ari umwigisha, abo yigishije yoba atarabahaye uburozi, aho kubaha ubwenge
@GilbertNiyonzima-jp5fk Says:
Uyo mu Professeur yigisha akahise jewe ndumva kwatigisha ahubwo abiba urwanko mwishuri kuko ivyo yigisha ntakuri kurimwo
@GilbertNiyonzima-jp5fk Says:
Kuberiki batemera ihonyabwoko ryabahutu nuko bazi ko bazobibazwa nicogituma batavyemera kwemera Ko bishe incabwenge gusa wewe wumviki utahuriki icowanka mukabana numufutu ndashimiye umumenyeshamakuru ukuntu arikubabaza murakoze
@novatidamian7236 Says:
Aho hantu mwatwenze iki!!??? Ko mutabitubwiye mgonatwe tumvyumve?
@novatidamian7236 Says:
Nkuyu muhimbiri ngo professor!!!! Yigisha iki????
@melchiadehishakiye8639 Says:
Tube twiyemera .muraziko urwanda rwanka uburundi kuki uburorero mukunda gutanga muvuga cane urwanda ??kandi mubisata vyose.twisubireko dukure ijambo urwanda mukanwa kuko uguma uvuga umuntu uba uriko umwamamaza.murakoze
@anicetnsabiyunva8235 Says:
Mu burundi hari democracie aho hakurya mu rwanda ikiganiro nkico ntigishoboka guca kuri television yigihugu

More Africa Videos