TV
AMAKURU YO KUWA 17/04/2024
AMAKURU YO KUWA 17/04/2024
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

LATEST COMMENTS

@NtabaraEudes-vn3qe Says:
Nikabi disi
@ndabwarukanye-pg3zp Says:
Kandi hari vyishi bipfa kubera abigira abahinga batemera guhanurwa nko kukijanye no gukingira inkombe zinzuzi narigeze gutanga iciyimviro mbona ariko kubera batakuzi mubijanye n'amashuri meshi umenga ntacufise woterera rero nukubareka ntakundi KO mwatwimye ijambo
@ndabwarukanye-pg3zp Says:
Tubikure mumutwe ntabantu badufasha mw'iterambere babaho gusa nuko mû Burundi nuko abantu bafise amashuri make tutumvirizwa ngwemama ngo zabahinga nuko haribitavugwa nkajewe nigeze gukora ivyananiye abahinga bavyigiye nanabasavye kubaha impanuro baranka kandi icogihe hahembwe abataco bakoze
@gilbertndihokubwayo3941 Says:
Ivyondavyumva vyamahera ariko bikarangira tubura nuko twiyunguruza kwl muguma muyavuga kumunwa gusa basha ahokuduhagatoro

More Africa Videos