TV
ICUKA CA POLITIKE MU RWARUKA RURI MU MIGAMBWE CIFASHE GUTE
ICUKA CA POLITIKE MU RWARUKA RURI MU MIGAMBWE CIFASHE GUTE
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

LATEST COMMENTS

@novatidamian7236 Says:
Urwo rwaruka rutari mumugambwe uri kubutegetsi kumengo ntibiyemera!!! Umugambwe uri kubutegetsi kwisi yosi niwo uba uri kubutegetsi usivye kuvuga reta nibabivuge ko numugambwe uri kubutegetsi koko naniwo ufise kwigisha akaranga mutima kubarundi bosi nurwaruka rwosi rero kwama mumanama nicovyica ahubwo niko kubaka igihugu kuko baba baserukira urwaruka reosi ruri nomuyindi migambwe kugirango babonereho kandi ababishimye baze binjire canke iwabo nabo babikore nkuko abandi babikora. Nibikuremo ubwoba batinyuke bakore mukuri ataco babanje gutinya.

More Africa Videos