Nashitse kuri air port y'uburundi nje kubwoguteza imbere ibi nabiriya ariko nciye mugisata ca OBR harya kuri Air port amparurire uko ndiha ,basha n'abarindiriye baheze kwiterera inkuru mubiro ,kandi nje kuriha ariko mbwigwa n'umuntu ari hanze yibiro yuko nshaka ko banyarukirize mbanze ntange agafaranga kugira banyarukiriza kandi ba mparurire neza, aeroport ico gisata naco mugikurikirane neza, kuko ruswa ira kaka caane harya
@FrankeIgiraneza Says:
Mukomere cane
@OgGBhgkk Says:
Komera titane kotwotera imberbe kiki Samuel ari séries kbs
@isaacvtv547 Says:
Babimenye neza ko abarundi bafise incuti nyinshi muri Tanzania. Rero hamwe bobihinyanyura vyoba vyiza.
Uwo munyamakuru ntamwuga azi mbona yotanga imihoho... Il est vraiment incompetent.... Kamdi har abandi baba babishoboye . mbona bomusimbuza uwundi mubiganiro nkibi....
@user-di3uz4gh5j Says:
Imana ikomeze gucira inzira Uburundi & Africa kwa ujumla.
@user-di3uz4gh5j Says:
Service zidafudutse, ibiturire, n’ukwihagira amatungo abantu batabiriye akuya, nivyo vyishe ubuzima bw’abarundi bari mugihugu n’abarihanze y’igihugu.
LATEST COMMENTS